Pages

Monday, 13 January 2014

[RwandaLibre] Amerika Yategetse Umudiplomate Aserukira Ubuhindi, Kuva mu Gihugu

 

 
Amerika Yategetse Umudiplomate Aserukira Ubuhindi, Kuva mu Gihugu
 Umudiplomate aserukira Ubuhindi, Devyani Khobragade Umudiplomate aserukira Ubuhindi, Devyani Khobragade
x
 Umudiplomate aserukira Ubuhindi, Devyani Khobragade
Umudiplomate aserukira Ubuhindi, Devyani Khobragade
ingano y'inyandiko- +
VOA Africa
Umutegetsi w'Umunyamerika yatangaje ko Departement ya Reta ya Amerika yategetse umudiplomate aserukira Ubuhindi, Devyani Khobragade, kuva muri Amerika, kubera yagirizwa ko yabeshe, mu gusabira visa umukozi wiwe wo mu nzu.

Umuvugizi wa Departement ya Reta ya Amerika, yameneysheje Khobragade, yari akiri muri Reta Zunze Ubumwe za Amerika, ku muhingamo w'ejo ku musi wa kane, yamara ko yiteze kw'azova muri Amerika vuba.

Uwo muvugizi wa Departement ya Reta ya Amerika, yamenyesheje bakwirikije ukw'ibintu bigenda, abategetsi ba Amerika bemeye ivyasabwe n'igihugu c'Ubuhindi vyuko Khobragade, yari umu Consul, aba umu diplomate yuzuye, mu vyatumye bimuha uburenganzira bw'ugudakwirikiranwa.

Ubuhindi, mu nyuma yaho, bwaranse ivyasabwe na Amerika, vyuko bamukurako ubwo burenganzira bw'ukudakwirikiranwa, mu vyatumye abategetsi ba Amerika basaba kw'ava mu gihugu.

Umuvugizi wa Departement ya Reta ya Amerika, yavuze kw'ivyagirizo, Khobragade, akwirikiranwako, bizogumizwaho.

Abategetsi ba Amerika bahagaritse, Khobragade, mu kwezi guheze. Bamwagiriza ko yahemvye umukozi wiwe wo mu nzu, amafranga ari musi y'umusharara wo hasi wejmewe n'amategeko, usanzwe utangwa, yongera arabesha, ku vyerekeye uwo mushahara, mu gusabira visa uwo mukozi wo mu nzu.

__._,_.___
Reply via web post Reply to sender Reply to group Start a New Topic Messages in this topic (1)
Recent Activity:
=-=-=-=-=-=-=-=-=-=-=-=-=-=-=-=-=-=-=-=-=-=-=-=-=--=-=-=-=-=-=-=-=-=-=-
.To post a message: RwandaLibre@yahoogroups.com 
.To join: RwandaLibre-subscribe@yahoogroups.com
.To unsubscribe from this group,send an email to:
RwandaLibre-unsubscribe@yahoogroups.com
_____________________________________________________

More news:

http://amakurunamateka.blogspot.co.uk/

http://ikangurambaga.blogspot.co.uk/

--------------------------------------------------------------------------
.

__,_._,___

No comments:

Post a Comment

READ MORE RECENT NEWS AND OPINIONS

Popular Posts

“The hate of men will pass, and dictators die, and the power they took from the people will return to the people. And so long as men die, liberty will never perish.”

“I have loved justice and hated iniquity: therefore I die in exile.

“The price good men pay for indifference to public affairs is to be ruled by evil men.”

“When the white man came we had the land and they had the bibles; now they have the land and we have the bibles.”